MUSIC

Una Bahati by Jimmy Samson ( Official Audio )

on

Jimmy

Umuririmvyi ariko arakora neza cane w’umurundi aba muri Leta zunze ubumwe za America ” Jimmy Samson ” yashize ahabona iyindi ndirimbo yiwe idasanzwe iri kuri Album nshasha aheruka gusohora ” Yumvirize hano