Monday, May 29, 2023
HomeNewsUmwana wumwaka umwe yatejwe inda n'abavyeyi biwe muri China '' Biteye ubwoba...

Umwana wumwaka umwe yatejwe inda n’abavyeyi biwe muri China ” Biteye ubwoba !!

Abaganga bo muri China batangaye cane kubona umwana wumwaka umwe yibungenze afise inda. Abavyeyi batuye muri China buyo mwana yitwa Kang Mengru babayeho igihe kirekire baguma bibaza impanvu umwana wabo inda iguma ivyimba burimusi bityo baca bahitamwo kumutwara kwamuganga aho aba Doctor bamaze kumupima basanze afite imbanyi.

mtoto1

Nkuko tubitangarizwa nikinyamakuru ca ” http://www.telegraph.co.uk/ ” bo bavuga yuko abaganga bamaze gukorera uwo mwana ikintu citwa ” ultrasound ” ko basanze munda yiwe hariyo umwana mutoya yari kuguma akura burimusi.

Abaganga baremeza ko nyina wuwo mwana yuko yarafise inda yari kuzovukamwo abana babiri rero ngo umwana wakabiri niwe yaciye aja munda yumwana wambere bityo bica bituma nyina avyara umwana umwe kandi uwomwana yavyaye nawe uko yakura niko ninda yiwe yaguma ikura kuko yari yibungeze wamwana wakabiri.

Baby

UBMNews dutanze Pole kuwo mwana kandi tukaba dushimira aba Doctor bemeye ko bazomubaga bakamukorera Operation kugirango bakureyo uwo mwana ari munda yiwe.

Posted by Eric Nyandwi

Must Read