NEWS

Umviriza ”Too Much” ya Sat_B

By

on

Nyuma y’indirimbo ”Iwacu”,umuririmvyi Sat-b yashize ahabona iyindi ndirimbo,indirimbo imeze neza,indirimbo yitwa”Too Much”,indirimbo izoba iri mu rukurikirane rwiwe,urukurikirane yise “Iwacu”,urukurikirane azoshira ahabona kw’igenekerezo rya 31/12/2016 kuri Lacoste Beach
sat-b
Yumvirize hano: