Sunday, May 28, 2023
HomeNews#umutekano- Urupfu Onesime rwamubuze uno musi

#umutekano- Urupfu Onesime rwamubuze uno musi

one-4-d1dad

Onesime Nduwimana ngo yiriwe arahirwa n’abantu bari mu modoka Doule Kabine hamwe n’abari ku moto abo bose bakaba bari bafise inkoho, bakaba bari bahawe itegeko ry’uko aho bamubona hose bategerezwa kumugandagura. Ivyo bikaba vyabaye mu gihe yaheruka kwirukanwa muri CNDD FDD akongera akakwa abamucungereye umutekano.

Mwokwibuka kandi ko ari mu bari bahamagariye abarundi mu myiyemamazo yo kwiyamiriza ikiringo ca gatatu ca Nkurunziza kuri uno musi wa gatatu naho bitahavuye bikunda kubera aba police batahavuye bacunga umutekano w’abashaka kwiyamamaza ahubwo bahavuye bababuza kuva mu mazu.

Must Read