NEWS

Umurwizatunga Nahum BARANKIRIZA abarizwa mw’ibohero rikuru rya Mpimba

on

Umurwizatunga Nahum Barankiriza akwije iminsi ibiri apfungiwe mw’ibohero rikuru rya Mpimba, akaba yashitse muri iryo bohero ku muhingamo wo kuri uwu wa gatatu yagirizwa ibiturire.

Nahum BARANKIRIZA yafatiwe hamwe n’uwahoze ari umuyobozi wa douane mu kigo gitoza amakori OBR, ariwe Joas Katanga hamwe n’abandi bakozi babiri bakorera muri ico kigo OBR, nabo bagirizwa ko bakoranye n’umurwizatunga Nahum BARANKIRIZA, mu kudatanga amakori ya Reta, hamwe no mu kwinjiza mu Burundi ibidandazwa bidatanze amakori n’amatagisi.

Bose uko ari bane barengukishijwe kuri uwu wa gatanu ubugira kabiri imbere y’umushikirizamanza mukuru akukira sentare irwanya ibiturire.

Umushikirizamanza mukuru wa Sentare ijejwe kurwanya ibiturire, Pierre Claver Miburo amenyesha ko amatohoza akibandanya no ku bandi bantu bavurwa muri iyo dosiye y’ibiturire.

Mu bavugwa bashobora gufatwa n’uguhamvya abandi mw’ibohero rikuru rya Mpimba, ni Evrard GISWASWA yahoze arongoye igisagara ca Bujumbura.

Recommended for you

6 Comments

  1. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 5:43 pm

    Appreciate this post. Let me try it out.

  2. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 9:45 am

    Appreciate this post. Will try it out.

  3. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 4:29 am

    It’s perfect time to make a few plans for the future
    and it is time to be happy. I have learn this submit and if I may
    just I want to counsel you few interesting things or tips.
    Perhaps you could write subsequent articles relating to this article.

    I wish to learn even more things about it!

  4. gamefly free trial

    June 7, 2019 at 1:15 pm

    Hello there! I simply wish to give you a big thumbs up
    for your excellent information you have right here on this post.
    I’ll be returning to your blog for more soon.

  5. playstation 4 best games ever made 2019

    June 12, 2019 at 1:13 am

    Today, I went to the beachfront with my children. I found a
    sea shell and gave it to my 4 year old daughter and said “You can hear the ocean if you put this to your ear.”
    She put the shell to her ear and screamed. There was a hermit crab inside and it pinched her ear.
    She never wants to go back! LoL I know this is totally off
    topic but I had to tell someone!

  6. quest bars

    June 16, 2019 at 1:35 pm

    I every time used to read article in news papers but now as I am a user of
    web so from now I am using net for articles or reviews,
    thanks to web.

Leave a Reply

Your email address will not be published.