NEWS

Umuriro udasanzwe wadutse mugisagara ca Bujumbura aho amazu 8 yahiye !

on

img_0663
Imbere ya BCB hepfo ya BNDE ni ahantu badandariza amashuka n’ama essuime haruguru ya galerie Hakizimana aho muraka gatondo umuriro waturiye amaduka atandatu y’ibidandazwa bisanzwe hamwe n’amaduka abiri y’imiti( Pharmacie)!
img_0664
Naho amatohoza atarahera,igipolisi kimenyesha ko uwo muriro wavuye kukibazo c’umuyagankuba ( Court circuit)! Aho ni mugihe hari abandi bavuga ko uwo muriro ushobora kuba wavuye kubagizi banabi baturiye ayo mazu adandarizwamwo ibintu bitandukanye ! Imodoka za kizimyamoto zikaba zahageze ibitari bike vyamaze gutokombera !

img_0665

Recommended for you