NEWS

Umuririmvyikazi ” Natacha ” yasohoye video nshasha ikozwe m’uburyo budasanzwe ” Raba hano

on

Umuririmvyikazi w’umurundi abenshi bazi kwizina rya ” Natacha ” , video yiwe nshasha yari yitezwe n’abantu benshi ubu iza yamaze kuja ahabona ” Roho Yangu by Natacha ft Bedja (Official Video)