Thursday, June 8, 2023
HomeNewsUmuririmvyi YOYA yananiwe kwihangana agira ico avuga kuri bano bantu '...

Umuririmvyi YOYA yananiwe kwihangana agira ico avuga kuri bano bantu ‘ Raba hano ikintu gikomeye yavuze

Umuririmvyi mukunda muri benshi ndetse amaze kubaka izina m’umuziki wu Burundi ” Yoya ” ngo ntashimishwa nibikorwa vyaba Dj aho bo baterekana yuko bashaka gushigikira umuziki wu Burundi ngo bawuteze imbere ahubwo bo ngwico bakora n’ukubandanya bavuza indirimbo zabanyamahanga mugihe baba bariko barakorera munzu z’ubutambiro ( Night Club )

yoya

Ivyo rero yoya akaba aheruka kubivuga murino minsi, aho we yatanze uburorero mu gihugu kibanyi cu Rwanda, kubwiwe abona ko aba Dj bo mu Rwanda yuko bamaze kugira ico bafasha mu gushigikira abaririmvyi biwabo.

jamal

Yoya yagize ati : aba Dj bo mu Rwanda bavuza indirimbo nyarwanda nyinshi gusumba izohanze, Ivyo rero bakaba babikora mu ntumbero yo gukundisha abaho indirimbo zab’iwabo, ikintangaza jewe nuko mbona bamwe mu ba DJ baha iwacu mu Burundi atamutima bafise wo gukunda umuziki waha gusa ndashimira abamenyeshamakuru kuko barateye intambwe mu kuvuza indirimbo z’abarundi cane mu biganiro vyabo bakoresha.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...