Thursday, December 1, 2022
HomeSportsUmumenyeshamakuru w'inkino Thierry Niyungeko ntakiri muzima.

Umumenyeshamakuru w’inkino Thierry Niyungeko ntakiri muzima.

Umumenyeshamakuru w-inkino Thierry Niyungeko  batazira «Tiger» yitavye Imana  kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 Ndamukiza 2022. Abaryango n-incuti ba Niyungeko bakamenyesha ko yishwe n-indwara yaramaranye igihe gito.Image

Umumenyeshamakuru Thierry Niyungeko akaba yaramenyerewe cane mu makuru y-inkino  nk-uwufata amasanamu  akongera akaba umwanditsi .

Ikinyamakuru UBM News kikaba gihojeje umuryango w-amaraso be n-uw-amamenyeshamakuru babuze iki gihe uwo bakunda yagiye batanka.

Must Read