NEWS

Umukuru wa zone Masango yakuwe mu kazi

By

on

Umukuru wa zone Masango, komine Bukinanyana intara ya Cibitoke yakuwe mu kazi ku ngingo y’abagize inama mpanuzwajambo y’iyo komine. Nicolas NTUNZWENIMANA yahora aramutswa iyo zone yagirizwa kunyuruza amatunga ya zone arongoye.

Nk’uko bivugwa n’inama mpanuzwajambo ya komine Bukinanyana, Nicolas NTUNZENIMANA yagirizwa yatunganya nabi uburongozi bwa zone Masango arongoye, akaba kandi yagirizwa gusesagura amatunga ya zone

HATEGEKIMANA Jean Bosco, Musitanteri wa komine Bukinanyana aremeza ayo makuru akamenyesha kandi hejuru y’ukwo gukurwa mu kazi, n’ubutungane bugiye kumukurikirana kuvyo yagirizwa.

650

Recommended for you