Thursday, June 8, 2023
HomeNewsUmukobwa mwiza yafatiwe mu bapfumu ariko araraguza, Impamvu yabimuteye uyunvise iratangaje cane.

Umukobwa mwiza yafatiwe mu bapfumu ariko araraguza, Impamvu yabimuteye uyunvise iratangaje cane.

Ngo n’uko we yabona umuhungu bakundana ko hari abandi bakobwa benshi bamwiruka inyuma ibihe vyose ikindi naco ngo iyo amubwiye ivy’ubukwe ngo aba abona umuhungu atavyitaho cane bityo ngo bikamutera umutima uhagaze. Ibi rero nivyo vyatumye atangura gushidikanya k’urukundo rwabo ndetse yahise afata numwanzuro wo kuja mu bapfumu kugira ngo bamufashe gukomeza urukundo rwiwe, no gutuma yubaka urugo bidatevye.

Abantu benshi rero bakomeje kwibaza nimba abapfumu bafise ubwo bushobozi bwo gutuma abantu babandanya m’urukundo naburya benshi bemeza ko abapfumu ari ababeshi kuko ivyo bakora aba ari ukugirango bironkere amahera babicishije mu nzira zububeshi, ese wewe uribaza ko ibi uno mukobwa yakoze vyo kuja kumupfumu ko ari vyiza ?

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...