Thursday, June 8, 2023
HomeNewsUmugore bari baraciriye urubanza rwo kwica kubera atari yararongowe numu Islam agiye...

Umugore bari baraciriye urubanza rwo kwica kubera atari yararongowe numu Islam agiye kurekurwa !

Umwe mu barongozi bo mu bushikiranganji bw’imibano n’amahanga wo muri Sudan, yavuze ko umugore yakatiwe igihano c’urupfu kubera ko yahakanye idini rya Islam, Meriam Ibrahim,ko azorekurwa mu minsi mike iri imbere.

meriam-yahia-ibrahim-ishag

Abdullahi Alzareg, yavuze ko Sudan ibungabunga uburenganzira bw’idini kandi ko leta yiyemeje kumurinda, ikindi naco
Amakungu yo yakomeje kwamirira kure igihano c’urupfu cakatiwe uwo mugore bivanye nuko igihano yari yahawe cari ico guhohotera ikiremwa muntu.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...