NEWS

Umugambwe mushasha wa RWASA Agathon

on

RWASA Agathon, icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi yandikiye umukuru w’igisagara ca Bujumbura, amumenyesha ko ategekanya gukoresha inama ya poritike kuri uwu wa gatatu, mu gisagara ca Bujumbura, mu nyubakwa za OPDE ziri kw’ibarabara bitiriye irya 28 Munyonyo.

Nk’uko biri muri iryo kete Agathon RWASA yandikiye Freddy MBONIMPA, umukuru w’igisagara ca Bujumbura, intumbero y’iyo nama ni iyo gutanguza umugambwe mushasha urongowe na Agathon RWASA.

Izina ry’uwo mugambwe ntirirashirwa ahabona, Agathon RWASA akaba yasavye abajejwe umutekano hamwe n’ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura ko bomworohereza muri iyo nama izoba yatumiwemwo n’abandi bayoboke b’uwo yahora arongoye urunani rw’Abigenga AMIZERO Y’ABARUNDI.

Ibijanye n’uwo mugambwe mushasha hamwe n’ingene iyo nama izoba yagenze, turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.

Tubibutse ko ibwirizwa shingiro rishasha ryatowe kw’igenekerezo rya 17 Rusama 2018 ritavuga ikibanza c’inani mu burongozi bw’igihugu. Abakurikiranira hafi ivya poritike bari bamaze iminsi bashikiriza ko inyuma y’amatora y’umwaka w’2020, Agathon RWASA azoba asezeye poritike y’Uburundi, kuko ibwirizwa shingiro ata kibanza riha urunani AMIZERO Y’ABARUNDI.

Uwo mugambwe agira atanguze woba ariwo mukenyuro mushasha wa Agathon RWASA w’ukurondera ingene azohiganirwa ikibanza c’umukuru w’igihugu mu mwaka w’2020? Turabigarukako hanyuma.

Recommended for you

8 Comments

  1. gamefly free trial

    May 30, 2019 at 3:22 pm

    Whats up are using WordPress for your site platform?

    I’m new to the blog world but I’m trying to get started
    and set up my own. Do you need any html coding
    knowledge to make your own blog? Any help would be greatly appreciated!

  2. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 5:06 pm

    I am in fact grateful to the holder of this site who has shared this impressive piece of writing at at this time.

  3. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 9:14 pm

    Everything is very open with a really clear description of the challenges.
    It was definitely informative. Your site is very helpful.
    Thanks for sharing!

  4. gamefly free trial

    June 1, 2019 at 9:22 pm

    I think this is one of the most vital info
    for me. And i am glad reading your article. But should remark on some general
    things, The site style is wonderful, the articles is really nice :
    D. Good job, cheers

  5. gamefly free trial

    June 2, 2019 at 5:15 am

    That is a good tip especially to those fresh to the blogosphere.
    Simple but very accurate information… Many thanks for sharing this one.

    A must read post!

  6. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 2:39 am

    My spouse and I stumbled over here coming from a
    different web page and thought I should check things out.

    I like what I see so now i am following you. Look forward to looking over your
    web page for a second time.

  7. gamefly free trial

    June 5, 2019 at 7:13 pm

    certainly like your web-site however you have to take a look at
    the spelling on quite a few of your posts. Several of them are rife with spelling
    issues and I in finding it very bothersome to tell the reality however I will definitely come back again.

  8. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 11:03 pm

    I’ll immediately clutch your rss as I can’t find your e-mail subscription link or e-newsletter service.
    Do you have any? Please permit me understand in order that
    I may just subscribe. Thanks.

Leave a Reply

Your email address will not be published.