NEWS

Umugambwe CNDD-FDD woba ugiye Kuba ‘ushingiye kw’idini…?’

on

Mu gihe umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDD-FDD ukunze kuvuga vyinshi ko ushira Imana mu kibanza ca mbere, ubu hoho, hashinzwe abajejwe guhagararira ‘amakomite y’amasengesho’.

Umunyamabanga w’umugambwe CNDD-FDD, Evariste Ndayishimiye, yasohoye urwamdiko rwerekana ko ‘Imana ifise ikibanza gihambaye mu mugambwe CNDD-FDD’, yashize ahabona abazohora bahagarariye amasengesho atunganywa muri uyo mugambwe.

Bamwe muri abo bashizwe ahabona bakaba ari aba buramatari b’intara.Aba n’abandi bakibaza nimba umugambwe CNDD-FDD ugiye kuba ushingiye ku bijanye cane n’idini…(secte religieux).

Recommended for you