INTERNATIONAL NEWS

Ukurabana Ayingwe Hagati Y’Ubushinwa N’ubuhinde.

on

Inyuma y’aho igihugu c’Ubuhinde kigeragereje iki missile co mu bwoko bugenda iyindi migabane( ICBM) mu ndwi iheze ku musi wa kane, igihugu c’Ubushinwa carashavujwe cane niyo ngendo y’Ubuhinde kivuga ko umutekano waco ubangamiwe n’Ubuhinde. Iyo missile yo mu bwoko bwa Agni-V ICBM( hepfo kw’ifoto) yagiye ibilometero bishika 5000, bikumvikana ko igice kinini c’Ubushinwa na Buraya vyoshikirwa nico gisasu.

Kubera ko ibihugu vy’Ubushinwa n’Ubuhinde bihana imbibe, muri iyi ndwi twatanguye, igihugu c’ubushinwa cihutishije abasoda n’ibiduga vya gisirikare baco ku mupaka w’Ubuhinde mu misozi ya Doklam, agace abasoda b’ivyo bihugu bama bashamiranye.

Nk’uko Daily Star ibimenyesha, amasanamu ya Satelite yerekana mbere ko abasirikare b’igihugu c’Ubushinwa bari nko ku metero 10 zonyene uvuye ku mupaka w’ubuhindi aho n’abasoda b’ubuhindi basanzwe bari. Abatari bake baribaza ko mu gihe ivyo bihugu bibiri vyokozanyako ko yoba ari intamabara ya gatatu y’isi yose itanguye.

Igihugu c’Ubuhindi kikaba kimaze gutanga ingabisho ikomeye ku gihugu c’Ubushinwa. Mukibuka ko muri ako gace abasoda b’ivyo bihugu bibiri bahashwaniye bimwe bikaze hama hagira abasukamwo mabisi. Mu gihe ivyo bihugu bibiri vyotana mu mitwe, hopfa abantu benshi kubera ko ibindi bihugu vya rutura kw’isi vyoca bigira aho vyegamiye.

Recommended for you

9 Comments

  1. gamefly free trial

    May 29, 2019 at 12:42 pm

    What’s up everyone, it’s my first go to see at this web site, and article is
    truly fruitful in favor of me, keep up posting these
    types of articles or reviews.

  2. gamefly free trial

    May 30, 2019 at 11:16 am

    Please let me know if you’re looking for a
    writer for your blog. You have some really great posts and I think I would be a good asset.
    If you ever want to take some of the load off, I’d really like to write some content for your blog in exchange for a link back to mine.
    Please shoot me an email if interested. Cheers!

  3. how to get help in windows 10

    May 30, 2019 at 4:05 pm

    Howdy! This post could not be written much better!
    Going through this post reminds me of my previous roommate!

    He always kept preaching about this. I will send this information to him.
    Fairly certain he’ll have a very good read. Many thanks for sharing!

  4. gamefly free trial

    June 1, 2019 at 11:25 pm

    What’s up everyone, it’s my first pay a visit at this web page, and piece of writing is really fruitful in favor of me, keep up posting these types of content.

  5. gamefly free trial

    June 3, 2019 at 7:11 pm

    In fact no matter if someone doesn’t know after that its up to other visitors that they will help, so here it occurs.

  6. gamefly free trial

    June 4, 2019 at 9:56 pm

    If you desire to take a great deal from this article then you have
    to apply such strategies to your won webpage.

  7. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 5:58 pm

    Greetings! Very helpful advice within this article! It is the little changes which will
    make the greatest changes. Thanks for sharing!

  8. quest bars cheap

    June 14, 2019 at 3:54 pm

    I just couldn’t go away your site before suggesting that I extremely enjoyed the usual info an individual provide for your
    guests? Is gonna be again frequently to check up on new
    posts

  9. quest bars cheap

    June 15, 2019 at 5:43 am

    Do you have any video of that? I’d love to find out some additional information.

Leave a Reply

Your email address will not be published.