NEWS

Uko Leta y’Uburundi ibona iyongerwa ry’Ikiringo wa Murwi wa ONU ukora amatohoza.

on

Umuvugizi akongera akaba umunyamabanga wa Leta y’Uburundi , Prosper Ntahorwamiye, yashikirije ijambo aho yagarutse ku ngigo yafashwe n’umurwi wa ONU ujejwe kwubahiriza agateka ka zina muntu yo kwongera ikiringo kingana n’umwaka wa Mugwi wa ONU ukora amatohoza ku Burundi(Commission d’enquete sur le Burundi).

Prosper Ntahorwamiye yamenyesheje muri iryo jambo ko ‘ibihugu vya Buraya na Amerika(L’Occident) hamwe n’vyo bifadikanije vyarondeye ‘kugumiza Uburundi ku rutonde rw’ibihugu bidatunganye kugira ngo gusa Uburundi bubandanye bukorwako amatohoza’.

Prosper Ntahorwamiye aravuga ivyo ‘guhohotera(Harcelement) Uburundi’ bikorwa n’umurwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu. Leta y’Uburundi imenyesha ko yakiranye umubabaro ingingo yo kwongera ikiringo c’umwaka wa Mugwi wa ONU ukora amatohoza ku Burundi, kandi ko ‘ivyegeranyo vyose bimaze gukorwa ku Burundi ko ataco bimaze na gato’.

Soma kandi: Umugwi wa ONU ukora amatohoza ku Burundi ugiye kwongezwa ikiringo.

Leta y’Uburundi ikaba isaba abanyagihugu kudahagarikwa umutima n’ivyo vyegeranyo. Prosper Ntahorwamiye amenyesha ko hari ibikorwa vyo gukoresha hene ivyo vyegeranyo kugira ngo vyifatire mu gahanga Uburundi.

Prosper Ntahorwamiye akaba aranagiza avuga ko ivyo vyegeranyo biza bicafuza Uburundi hamwe n’inzego zabwo.Leta y’Uburundi kandi iriyamiriza ukuntu abagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi ku wa 13 Rusama 2015 bahabwa ijambo muri izo nama ziba i Geneve ku Burundi, kandi basohorewe imitahe mpuzamakungu, ko bitemewe na gato na Leta y’Uburundi.

Kurikira hano Prosper Ntahorwamiye:

Recommended for you

9 Comments

  1. their explanation

    July 15, 2019 at 12:14 pm

    I just want to mention I am just all new to blogging and site-building and honestly liked you’re web blog. Very likely I’m planning to bookmark your blog . You certainly have very good article content. Thank you for revealing your web page.

  2. John Deere Diagnostic and Test Manuals

    July 17, 2019 at 7:31 pm

    Pretty good article. I just stumbled upon your blog and wanted to say that I have really enjoyed reading your blog posts. Any way I’ll be subscribing to your feed and I hope you post again soon.

  3. Best Porno escorts

    July 18, 2019 at 1:22 am

    Hi there, I found your website via Google at the same time as looking for a related topic, your site got here up, it seems to be great. I’ve bookmarked it in my google bookmarks.

  4. I must show some appreciation to you for rescuing me from such a incident. After exploring throughout the world-wide-web and coming across basics that were not productive, I figured my entire life was gone. Existing without the presence of solutions to the problems you’ve sorted out all through the blog post is a crucial case, and ones which may have negatively affected my entire career if I hadn’t come across your site. Your ability and kindness in taking care of all the stuff was priceless. I’m not sure what I would have done if I hadn’t come upon such a thing like this. I’m able to at this moment relish my future. Thanks very much for your professional and effective guide. I will not hesitate to endorse your web site to anybody who should receive guidelines on this subject.

  5. Storage bench assembly service

    July 18, 2019 at 5:41 am

    I’ve been surfing online more than 3 hours today, yet I never found any interesting article like yours. It is pretty worth enough for me. In my opinion, if all web owners and bloggers made good content as you did, the web will be much more useful than ever before.

  6. Furniture assembly handyman

    July 18, 2019 at 12:21 pm

    Thank you for sharing superb informations. Your web site is very cool. I am impressed by the details that you have on this web site. It reveals how nicely you perceive this subject. Bookmarked this website page, will come back for more articles. You, my friend, ROCK! I found simply the info I already searched all over the place and simply could not come across. What an ideal website.

  7. Furniture assembly service

    July 18, 2019 at 4:50 pm

    This website is known as a stroll-by way of for the entire information you wished about this and didn’t know who to ask. Glimpse right here, and you’ll definitely uncover it.

  8. Furniture installation service

    July 19, 2019 at 7:39 am

    Hey there I am so grateful I found your web site, I really found you by error, while I was researching on Aol for something else, Regardless I am here now and would just like to say kudos for a incredible post and a all round exciting blog (I also love the theme/design), I don’t have time to read it all at the minute but I have book-marked it and also added in your RSS feeds, so when I have time I will be back to read a lot more, Please do keep up the fantastic work.

  9. gangbang

    July 19, 2019 at 8:39 am

    Thank you for another informative website. Where else could I get that kind of information written in such an ideal way? I have a project that I’m just now working on, and I’ve been on the look out for such info.

Leave a Reply

Your email address will not be published.