NEWS

Uburundi bwakuwe mw’ihiganwa na RDC : Amwe mu masamu

on

Umurwi nserukiragihugu w’Uburundi INTAMBA MU RUGAMBA wasezeye ihiganwa ry’ukurondera imirwi izokwitaba inkino z’igikombe c’isi yose zizobera mu gihugu c’Uburusiya mu mwaka w’2018.

Mu rukino rw’ugusubiriza rwabereye mu gisagara ca Kinshasa ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana, Uburundi bwanganije n’umurwi nserukiragihugu wa Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo (RDC), ku bitsindo bibiri kuri bibiri.

Uburundi bwaciye busezera amahiganwa kubera mu rukino rwa mbere rwabereye i Bujumbura kw’igenekerezo rya 12 Munyonyo 2015, Umurwi wa RDC watsinze Uburundi ibitsindo 3 kuri 2.

Amasanamu yaranze urwo rukino

fa

fb

fc

fd

ff

fg

fh

fg

fk

fl

fm

fo

ft