Sunday, March 26, 2023
HomeInternational newsUburundi buri mu bihugu vyaraye bihakanye ko haba uruhara rwo gukingira no...

Uburundi buri mu bihugu vyaraye bihakanye ko haba uruhara rwo gukingira no gukinga ihonyabwoko n-ibindi vyaha vy-agahomerabunwa mu nama ya bose ya ONU.

Kuruwu wa kane igenekerezo rya  20 Rusama I New York, ku cicaro gikuru c-ishirahamwe mpuzamakungu ONU, harakoranye inama ya bose y-ibihugu  biri mw-iryo shirahamwe kugire hatorwe itegeko ryerekeye uruhara rwo gukingira no gukinga ihonyabwoko, ivyaha vyo mu ntambara, n-ivyaha vy-agahomerabunwa.72ème Assemblée Générale de l'ONU : L'Algérie signe le Traité d'interdiction des Armes Nucléaires | Algérie 1

Mw-ayo matora yabaye, ibihugu bigera kuri 115 vyaremeje iryo tegeko mu gutora EGO. Ibihugu bigera kuri 28 ntaco vyari vuzeko. Ibihugu 14 harimwo igihugu c-u Burundi,koreya ya ruguru,Kyrgyzstan, Nicaragua,Zimbabwe, Venezuela, Indonesia,Belarus,Eritreya, Boliviya,Uburusiya,ubushinwa, Misiri,Cuba na Syria vyarahakanye iryo tegeko mu gutora OYA.

Must Read