PORITIKE

Uburundi buraza kwipima na Algérie mu kwitegurira CAN2019

By

on

Urwo rukino rukaza kuba kur’uyu wakabiri igihe c’isaha 18 amasaha y’i Bujumbura mu gihugu ca Qatar aho Intamba m’Urugamba zagiye kwimenyereza. Umumenyereza w’Intamba m’Urugamba Alain Olivier Niyungeko nawe akaba yasohoye urutonde rw’abakinyi 23 bazokina mw’ihiganwa CAN 2019 ryimirije itariki 21 ruheshi 2019.

Abanyegori
——————
NAHIMANA Jonathan
NDIKUMANA Justin
ARAKAZA Mac Arthur

Abakina inyuma
——————–
Moussa Omar
NDUWARUGIRA Christophe
NIZIGIYIMANA Abdoul Karim
NSABIYUMVA Frédéric
NGANDO Omar
NSHIMIRIMANA David

Abakina hagati \

————-
KWIZERA Pierre
BIGIRIMANA Gael
DUHAYINDAVYI Gaël
NAHIMANA Shassiri
SABUMUKAMA Enock
MUSTAFA Francis

Abasatirizi
——————–
SHABANI Hussein
AMISSI Mohammed
NDIKUMANA Yamini Selemani
AMISSI Cédric
BERAHINO Saido
Abdoul Fiston
MAVUGO Laudit
KAMSOBA Elvis

Mwomenya ko Uburundi buzokina ubwambere muri CAN 2019 n’igihugu ca Nigéria itariki 22 ruheshi, ico gihugu naco caranganije n’igihugu ca Zimbabwe m’urukino rwo kwimenyereza rwabaye kur’uyu wa gatandatu.

Recommended for you