NEWS

Uburundi bugabisha kuva mu Murwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu.

on

Inyuma y’icegeranyo casizwe ahabona n’abakora amatohoza ku Burundi bagenywe na ONU cakiriwe nabi na leta y’i Bujumbura, ubu hoho, iyo leta nyene igabisha ko ‘izova muri wa Murwi wa ONU ujejwe agateka ka zina muntu(UN HRC)’, nk’uko Willy Nyamitwe yabimenyesheje ejo ku musi wa gatanu geneve.

Mu gihe yari i Geneve gutanga insiguro ku bijanye n’ivyagirizwa leta arimwo ko ikora amabi y’agahomerabunwa, Willy Nyamitwe, umuhanuzi mu biro vy’umukuru w’igihugu c’Uburundi, yamenyesheje ko ‘Uburundi bwiyamiriza uguhindagura ivyegeranyo ku mvo za politike’ vyegekwa ku Burundi.

Nyamitwe yamenyesheje ko umushikranganji w’agateka ka zina na muntu Mu Burundi,Martin Nivyabandi agiye guhura n’uwagenywe mushasha ngo ayobore umurwi wa ONU uejwe agateka akzina muntu(UN Human Rights Council),Michelle Bachelet, kugira bayage ku bijanye n’ivyo Uburundi bwagirizwa.

Nyamitwe akaba yamenyesheje ko Uburundi “bwiteze vyinshi bizova muri uwo mubonano”,kubera ko uwagenwe mushasha ngoatware UN HRC,Michelle Bachelet, ‘asazwe afise ubumenyere muri ivyo’, nk’uko willy Nyamitwe yabizvuze.

Nyamitwe yaciye amenyesha ko bitagenze uko, Uburundi bushobora kuva muri uyo murwi ujejwe agatakeka zina muntu(Uburundi kandi bukaba bwaravuye muri ya sentare Mpuzamakungu Mpanavyaha CPI).

Ibintu bidahindutse, kandi umurwi ujejwe agateka ka zina muntu ukabandanya ukoreshwa ku mvo za politike mu buryo burenze, Uburundi buguma bufise uburrenganzira bwo kuva muri uyo murwi”, niko Nyamitwe yamenyesheje ejo ku musi wa gatanu i Geneve.

Recommended for you

4 Comments

  1. gamefly free trial

    May 31, 2019 at 5:58 pm

    I’m amazed, I have to admit. Seldom do I encounter
    a blog that’s equally educative and interesting, and let me tell
    you, you have hit the nail on the head. The problem is something not enough folks are
    speaking intelligently about. I am very happy that I came across
    this in my hunt for something relating to this.

  2. gamefly free trial

    June 2, 2019 at 7:37 am

    Its like you read my mind! You seem to know so much about this, like
    you wrote the book in it or something. I think that you could do
    with some pics to drive the message home a bit, but other
    than that, this is magnificent blog. A fantastic read.
    I’ll definitely be back.

  3. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 5:24 pm

    I always spent my half an hour to read this web
    site’s content all the time along with a mug of coffee.

  4. ps4 best games ever made 2019

    June 12, 2019 at 9:21 am

    What’s up, everything is going well here and ofcourse every one is sharing data,
    that’s genuinely good, keep up writing.

Leave a Reply

Your email address will not be published.