Uyu munsi ni isabukuru y’imyaka 3 ry’ikinyamakuru ca mbere c’abarundi gikorera muri America, Kurino myaka 3 ishitse turiko turakora, hari vyinshi cane kandi vyiza tumaze gushikako turavye aho twatanguriye naho tugeze, Turabashimira cane mwese abakunzi ba UBM News.
Eric Nyandwi ” umurongozi mukuru yatanguje ” UBM News ”
Mukurangiza reka tubibutse ko UBM News yatanguye gukora kuva kwitariki ya ( April 15, 2013 ) , ivyicaro vyayo bikuru bikaba biri muri Leta zunze ubumwe za America ( Dallas, Texas )