Monday, February 6, 2023
HomeNewsTwiyemeje gushigikira hamwe no gutangaza ibikorwa vyabarundi bose!

Twiyemeje gushigikira hamwe no gutangaza ibikorwa vyabarundi bose!

eric

UBM News twiyemeje gushigikira no gutangaza ibikorwa vyose vyabarundi , Duhaye kaze uwariwe wese afise ico yifuza kumenyekanisha. Nimba ufise inkuru ijanye nawe canke hariho inkuru iyariyo yose yabereye aho uherereye ariko ukaba wipfuza ko yoja hano kuri UBMNews, ni uburenganzira bwawe, Turungikire iyo nkuru hano Musi ! For More Inf, Call Us: 214-628-3954 ( Eric Nyandwi )

Must Read

EAC:Inama y’abakuru b’ibihugu yakoraniye I Bujumbura ku kibazo c’umutekano muke uri...

0
Kuri uyu wa gatandatu, ku murwa mukuru w’ubutunzi i Bujumbura hakoraniye inama igira 20 y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko kugira bigire hamwe...