Friday, January 27, 2023
HomeNewsThinking about you by Babby '' Unviriza ino ndirimbo yiwe nshasha hano...

Thinking about you by Babby ” Unviriza ino ndirimbo yiwe nshasha hano !

ino n’indirimbo y’umuririnvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America ” Uno muririnvyi aho yaganira na UBM News, yavuze ko Video yino ndirimbo yuko izosohoka muminsi iri imbere.

Thinking about you by Babby

Must Read

Uburundi ku rutonde rw’ibihugu vya Afrika intwaro ibereye isa n’umugani (Fondation...

0
Igihugu c’uburundi cashizwe ku rutonde rw’ibihugu vya Afrika biza kw’isonga aho intwaro ibereye isigaye ari nk’umugani. Ivyo navyo ni :Sudani y’epfo, Somaliya, Eritreya, Republika...