Inyuma yaho bitangarijwe ko Perezida Idriss Deby wa Tchad yasandavye, kuva kuruwu wa 20 Ndamukiza , igihugu kiramutswa umuhungu wiwe General Mahamat Deby Itno akaba ahejeje kubitangaza. Akamenyesha ko inama nshingamateka na Leta vy-ico gihugu birahagaritswe.
Mw-uw-umwanya hahejeje gutangazwa ko imbibe z-igihugu zugawe ndetse n-amasaha yo gutembera mw-ijoro yakuweho .