All posts tagged "politics"
-
Général KARARUZA n’umuryango wiwe bashinguranwe iteka
Ibiro vy’ugushingura Général KARARUZA Athanase aheruka kugandagurwa vyabaye kuri uwa wa gatandatu, iyo...
-
Ibiganiro vya poritike vyari bitegekanijwe vyasivye
Ibiganiro vyari bitegekanijwe i Arusha muri Tanzaniya, hagati ya Reta y’Uburundi hamwe n’abatavuga...
-
Musaga : Abantu indwi bagandaguwe mu gitero c’abitwaje ibirwanisho
Abantu bane bitwaje ibirwanisho bateye mw’ijoro ryo kuri uwu wa kane nk’igihe c’isaha...
-
CNDD-FDD yiyamirije abagandaguye Général KARARUZA Athanase
Umugambwe CNDD-FDD wifatanije n’umuryango wa Général de Brigade KARARUZA Athanase mu kababaro uwo...
-
Manassé NZOBONIMPA yerekanye amakenga yiwe ku ndongozi nshasha za CNARED
Manassé NZOBONIMPA yahoze ari umushingamateka wa CNDD FDD, imbere y’uko yiyonkora kuri uwo...
-
Sentare mpuzamakungu yatanguye amatohoza ku bwicanyi bukorwa mu Burundi
Umushikirizamanza wa Sentare mpuzamakungu mpanavyaha, Fatou Bensouda amenyesha ko kuva muri Ndamukiza 2015,...
-
Petero NKURUNZIZA yatanze indwi imwe gusa kugira abishe Général Athanase KARARUZA bamenyekane
Inyuma y’igandagurwa rya Général Athanase KARARUZA kuri uwu wa mbere, umukuru w’igihugu Petero...
-
Leonard NYANGOMA yakuwe mu burongozi bwa CNARED
Abahurikiye mu nama y’igihugu ihurikiyemwo imigambwe itavuga rumwe n’ubutegetsi, CNARED (Conseil National pour...
-
Général Athanase KARARUZA yagandaguwe
Amasasu menshi yumvikanye mu gatondo ko kuri uwu wa mbere nk’igihe c’isaha imwe...
-
Ubutegetsi bwa NKURUNZIZA bwemeye kuganira na CNARED
Amakuru ava mu butegetsi bw’Uburundi hamwe n’umuhuza William Benjamin Mkapa avuga ko ibiganiro...
-
Leta ya Tanzania igiye gukorera ikintu kidasanzwe impunzi z’abarundi
Impunzi z’abarundi bahungiye muri Tanzaniya muri Rusama 2015 bagiye guhabwa ubwenegihugu inyuma yaho...
-
Uwaneguye ivyashikirijwe na Gaston SINDIMWO yatawe muri yompi
Aimable Bakundukize arongoye umugambwe APDR (Alliance pour la Paix, la Démocratie et la...
-
Colonel BIZUBONA yishwe : Hussein RADJABU aravuga ico amuziko
Igisirikare c’Uburundi cabuze iyindi ntwazangabo yagandaguwe mw’ijoro ryo kuri uwu wa gatatu. Colonel...
-
Amerika yashize ahabona igituma ikibazo c’Uburundi kidatorerwa inyishu
Intumwa idasanzwe ya Barack OBAMA mu karere k’ibiyaga binini yasavye Reta y’Uburundi ko...
-
Ngagara : Umukozi w’ishirahamwe LUMITEL yiciwe mu bunywero
Belynda MUNYANA yahoze ari umumenyeshamakuru yimenyereza kuri Radio ISANGANIRO akaba ubu yakora mw’ishirahamwe...
-
Général Sillas NTIGURIRWA yakuwe mu burongozi bwa INSS
Général Sillas NTIGURIRWA yahora ariwe aramutswa uburongozi bw’ishirahamwe INSS (Institut National de Sécurité...
-
Ngagara : Gerenade itewe ku bwinjiriro bwa «MESS DES OFFICIERS DE LA POLICE»
Mw’ijoro ryo kuri uwu w’Imana, igisasu ntezwaninwe (Grenade) catewe ku bwinjiriro bwa Mess...
-
Umurwi CVR ukeneye amafaranga ataboneka iyo azova
Imiriyoni 34 z’amafaranga y’amadorare nizo zikenewe n’umurwi w’igihugu ujejwe kumenyesha ukuri n’ukunywanisha Abarundi,...
-
Bururi : Abanywanyi bane ba CNDD FDD bagandaguwe
Abanywanyi batatu ba CNDD FDD bari mu bunywero ku musozi Nyatubuye, zone Muramba,...
-
Cibitoke : Umutama yahora yagirizwa uburozi yishwe
Umunyagihugu azwi kw’izina rya Fidèle Nibizi w’imyaka 55 yahora aba muri komine Buganda,...