All posts tagged "politics"
-
Léonard NYANGOMA n’abandi 14 bakuweko imitahe y’ukubahagarika
Umukuru w’urunani rw’abatavuga rumwe na CNDD FDD, Léonard NYANGOMA hamwe n’umuvugizi wiwe Pancrace...
-
RWASA Agathon yabeshuje Alain Guillaume BUNYONI mu nama nshingamateka
Mu gihe umushikiranganji w’umutekano w’Uburundi, Commissaire de Police Chef Alain Guillaume BUNYONI yariko...
-
Ban Ki Moon yitezwe i Bujumbura mu minsi itarenga itanu
Umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU Ban Ki Moon yitezwe i Bujumbura mu Burundi...
-
Umugambwe CNDD FDD wemeza ko ariwo wonyene uhagarariye amasezerano ya Arusha
Umugambwe CNDD FDD wagiriza abaharanira iyubahirizwa ry’amasezerano y’i Arusha ko ari abikika mu...
-
Ngagara : Babiri bafashwe bagirizwa gerenade yatewe mu Kamenge
Nk’igihe c’isaha zibiri z’agatondo ko kuri uwu wa gatatu, niho gerenade imwe yaterwa...
-
Oscar NDAYIZIGA yahora ari Buramatari wa Muramvya yitavye Imana
Oscar NDAYIZIGA, uwahoze ari umushingamateka yatowe mu ntara ya Muramvya, akaba kandi na...
-
Ibibanza bitandukanye vy’i Bujumbura vyatewe amagerenade
Abanyagihugu baharurwa muri cumi nibo bamaze kumenyekana ko bakomerekeye mu bitero vy’amagerenade vyabaye...
-
Reta y’Uburundi yatunganije imyiyerekano y’ukwiyamiriza Paul KAGAME na Petero BUYOYA
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal BARANDAGIYE yatumyeko kuri uwu wa gatandatu,...
-
Abarundi bahungiye mu Rwanda bagiye kwimurirwa mu bindi bihugu
Umushikiranganji w’imigenderanire y’Urwanda n’ayandi makungu, Louise Mushikiwabo, yamenyesheje ko Urwanda rukurikiza ivyo rwiyemeje...
-
Umukuru wa RED TABARA yamenyekanye
Nk’uko bari babimenyesheje ko mu minsi ya vuba bazoshira ahabona inzego zirongoye RED...
-
UPR : Abarwanyi bashasha bemeza ko baje kurwanya NKURUNZIZA
Inyuma ya FOREBU irongowe na Général Godefroid Niyombare, FNL irongowe na Aloys NZABAMPEMA,...
-
Inyuma ya ONU, na Amerika yagirije Urwanda ubwicanyi bubera mu Burundi
Reta ya Amerika, biciye mu bategetsi bo mu bushikiranganji bw’imigenderanire ya Amerika n’ayandi...
-
Mugina : Umutama w’imyaka 73 yishwe atewe gerenade
Umutama w’imyaka 73 yaraye yishwe n’abantu bataramenyekana bamuteye igerenade. Hari nk’igihe c’isaha zine...
-
ONU yirukanye abasirikare batatu b’abarundi bahora muri Centrafrique
Ishirahamwe mpuzamakungu ONU riheruka gufata ingingo y’ukwirukana intwazangabo zitatu z’Uburundi, mu bikorwa vy’ukugarukana...
-
Muyinga : Sentare yasomye imanza zibiri zijanye n’ugutunga ibirwanisho
Sentare nkuru y’i Muyinga yasomye kuri uwu wa kabiri imanza zibiri zifitaniye isano....
-
Macky Sall yagizwe umuhuza mu biganiro bihuza Abarundi
Umukuru w’igihugu wa Sénégal Macky Sall yatowe kugira abe umuhuza mu biganiro vy’Abarundi,...
-
Abakuru b’ibihugu bazoza kugondoza ubutegetsi bwa NKURUNZIZA bamenyekanye
Inama nshingamateka ya Afrika y’ubuseruko yamenyesheje abagize umurwi w’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika bo...
-
Umusirikare w’Uburundi yiciwe mu Cibitoke
Uwahora arongoye ikirindiro c’abasirikare kiri kw’ibarabara rya 14 muri zone ya Cibitoke, komine...
-
Leonidas HATUNGIMANA yatanguje umugambwe mushasha
Abahoze ari abagumyabanga ba CNDD FDD birukanwe mu mugambwe, bari basanzwe biyise Abaryumyeko,...
-
Petero NKURUNZIZA yagirije Ababirigi ko aribo bazanye indyane z’amoko mu Burundi
Mw’ijambo yashikirije ari mu ntara ya Karusi kuri uwu wa kane, mu gihe...