Kayanza:Abanyeshure babiri b’abahungu biga kw’ishure rya Maramvya birukanywe kubera bafashwe bariko bahuza ibitsina babisangiye.
Sosiyete y’umurwizatunga Elon Musk yahawe uburenganzira bwo guhuza ubwonko bw’umuntu na “ordinateur”.
Amafaranga yababa umumiriyoni w’amadorare yari yatanzwe n’ubudagi yaranyurujwe n’abarongoye iki gihe ibitaro KIRA HOSPITAL.
Ligue ITEKA ibona ko intwaro ya Perezida Ndayishimiye yica nkiy’umuhisi Petero Nkurunziza.
Ikigo RBA kivuga ko ibiheruka gutangazwa na tereviziyo y’urwanda ku ngabo z’uburundi ziri muri Congo atabwo ari icipfuzo c’urwanda ko ari iciyumviro c’uwabivuze.
Agathon RWASA avuga ko umugambwe CNDD-FDD ariwo uri inyuma y’indyane ziri muri CNL.
Hoba hagiye kuvuka CNL nyakuri ?
Bunyoni yarahohotewe bikomeye kugira avuge abo bari basangiye umugambi wo guhirika Ndayishimiye (Isoko ryo muri CNDD-FDD)
MSD isaba abagiye kwitabira inama y’abakuru b’ibihugu yo gusuzuma amahoro n’umutekano muri Congo kugondoza Leta ya Gitega iganire n’abatavuga rumwe.
Umugambwe PARENA usaba ko hoba icibutso c’umuhisi Perezida Bagaza hisunzwe ibikorwa yakoreye igihugu.
Ingo za Alain-Guillaume Bunyoni ziri i Bujumbura no mu Rutana zasatswe bikomeye zikekwa kuba zirimwo ibifovya vy’amafaranga menshi.
Denise Nkurunziza avuga ko yamaze imisi ibiri aziko umucance wiwe Nkurunziza yapfuye ariko abangira kubivuga Leta itarabitangaza.
Muri UPRONA bafise amakenga ko igihugu kizohava gisubira mu ntwaro y’ubwoko bumwe.
Umwana w’umukobwa wa Perezida Ndayishimiye aravurwa guhabwa amasoko menshi ya Leta atahiganwa ribaye.
Umugambwe CNL wankiwe guhimbaza isabukuru y’imyaka ine uvutse.
Kenya: Abamaze gupfa kubera kwisonzesha maze ngo babonane na Yesu barenga 200.
Francine Niyonsaba asaba abarongoye CNO gutanga imihoho inyuma yo kutamushira ku rutonde rw’abazokwitabira jeux olympiques 2024.
Umunonotsi Thierry Ndikumwenayo ntagiserukiye kuva ubu uburundi agiye azoza aserukira igihugu ca Espagne mu mahiganwa mpuzamakungu.
Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.
Maroc yanditse amateka muri Afrika mu kwinjira mu gice ca kabiri gishira icanyuma mu gikombe c’isi.
Ingo 336 zarahukanye imbere y’amategeko mu gisagara ca Bujumbura mw’uy’umwaka wa 2022.
Ishirahamwe ryaheruka kuvuka ryahagaritswe ryagirizwa kuhonyanga imico n-imigenzo vy-abarundi.
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca gatatu)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca kabiri)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca mbere )