Martin Ninteretse amenyesha ko umupasitori co kimwe n’abo yakoresha mu bwicanyi hakoreshejwe imipanga mu ntara ya Bururi bafashwe.
Kayanza:Abanyeshure babiri b’abahungu biga kw’ishure rya Maramvya birukanywe kubera bafashwe bariko bahuza ibitsina babisangiye.
Sosiyete y’umurwizatunga Elon Musk yahawe uburenganzira bwo guhuza ubwonko bw’umuntu na “ordinateur”.
Amafaranga yababa umumiriyoni w’amadorare yari yatanzwe n’ubudagi yaranyurujwe n’abarongoye iki gihe ibitaro KIRA HOSPITAL.
Ligue ITEKA ibona ko intwaro ya Perezida Ndayishimiye yica nkiy’umuhisi Petero Nkurunziza.
Agathon RWASA aribaza icaha muri CNL boba bakoze kugira bahagarikwe gukora ivy’imfata kibanza ibikorwa vya politike.
Agathon RWASA yiyamiriza ihindurwa ry’abapolisi bamucungera umutekano atigeze abimenyeshwa imbere.
Fortuné Gaetan Zongo avuga ko impunzi z’abarundi babonanye mu bubiligi zifise amakenga ku kuntu zofatwa hamwe zotahuka.
Agathon RWASA avuga ko umugambwe CNDD-FDD ariwo uri inyuma y’indyane ziri muri CNL.
Hoba hagiye kuvuka CNL nyakuri ?
Ingo za Alain-Guillaume Bunyoni ziri i Bujumbura no mu Rutana zasatswe bikomeye zikekwa kuba zirimwo ibifovya vy’amafaranga menshi.
Denise Nkurunziza avuga ko yamaze imisi ibiri aziko umucance wiwe Nkurunziza yapfuye ariko abangira kubivuga Leta itarabitangaza.
Muri UPRONA bafise amakenga ko igihugu kizohava gisubira mu ntwaro y’ubwoko bumwe.
Umwana w’umukobwa wa Perezida Ndayishimiye aravurwa guhabwa amasoko menshi ya Leta atahiganwa ribaye.
Kenya: Abamaze gupfa kubera kwisonzesha maze ngo babonane na Yesu barenga 200.
Francine Niyonsaba asaba abarongoye CNO gutanga imihoho inyuma yo kutamushira ku rutonde rw’abazokwitabira jeux olympiques 2024.
Umunonotsi Thierry Ndikumwenayo ntagiserukiye kuva ubu uburundi agiye azoza aserukira igihugu ca Espagne mu mahiganwa mpuzamakungu.
Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.
Maroc yanditse amateka muri Afrika mu kwinjira mu gice ca kabiri gishira icanyuma mu gikombe c’isi.
Ingo 336 zarahukanye imbere y’amategeko mu gisagara ca Bujumbura mw’uy’umwaka wa 2022.
Ishirahamwe ryaheruka kuvuka ryahagaritswe ryagirizwa kuhonyanga imico n-imigenzo vy-abarundi.
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca gatatu)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca kabiri)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca mbere )