” Gukoreshwa ibikorwa vy’inguvu ntugaburirwe ndetse ngo uhembwe ntaho bitaniye n’ubucakara bwo ku bakoloni” umunyagisagara ca Bujumbura.
“ko wabuze ico ukora reka tukuyoze birya bicafu ube urakora ivyo” Gervais Ndirakobuca agabisha abashomeri birirwa i Bujumbura ataco bariko bakora.
Uburundi ku rutonde rw’ibihugu vya Afrika intwaro ibereye isa n’umugani (Fondation Mo Ibrahim)
“Kw’isi yose ni Uburundi bwarwanije Corona bimwe biboneka kubera twihereje Imana” Perezida Ndayishimiye.
Musenyeri wa Diyoseze ya Gitega asaba CNDD-FDD n’indogozi z’uburundi kwubahiriza agateka ka zina muntu.
Perezida Ndayishimiye avuga ko ariko avugana na ONU uko imihari irwanya ubutegetsi iri muri Congo yotahuka mu Burundi.
Alain-Guillaume Bunyoni yatswe abamucungera umutekano hamwe n’imiduga y’akazi yahorana.
Ikoraniro kaminuza ridasanzwe ry’umugambwe CNDD-FDD rirategekanijwe kuwa 29 Nzero 2023.
Reverien Ndikuriyo yiyamiriza Abanyamugambwe biwe bafitiye ishari abandi batunze cane.
Col.Ildephonse Baranyikwa yagiye arongoye ingabo z’uburundi muri Congo ari mu bitaro inyuma yo gukomereka cane arashwe.
” Mu 480.000Fbu mpembwa, Nisanga natse ideni abagenzi kugira tubeho buri kwezi ah’i Bujumbura”- Umukozi wa Leta aba i Bujumbura.
Perezida Ndayishimiye avuga ko yasanze atavyemeza afise kubijanye n’inyuruzwa rya miriyaridi zirenga 54 zo kwubaka urugomero rwa Mpanda.
Ibitaro KIRA bigeze ahatemba , bivurwa n’abafise imitahe minini mw’ivyo bitaro.
Indege irerura umukuru w’igihugu : Ingabire? Yaguzwe na Leta? irakoteshejwe? Abarundi bemeremwo iki?
REGIDESO yizeza abarundi ko atagitoro kizopfa gisubiriye kubura mu Burundi.
Argentine niyo yatahukanye igikombe c’isi mu gutsinda ubufaransa ku mapenariti.
Maroc yanditse amateka muri Afrika mu kwinjira mu gice ca kabiri gishira icanyuma mu gikombe c’isi.
Uburundi burashobora gufatirwa ibihano bikomeye mu mahiganwa mpuzamakungu y’urukino rwa TAEKWONDO.
Umumenyeshamakuru w’inkino Thierry Niyungeko ntakiri muzima.
Ibihugu bitanu nivyo bizoserukira umugabane wa Afrika mu gikombe c-isi kizobera Qatar .
Ingo 336 zarahukanye imbere y’amategeko mu gisagara ca Bujumbura mw’uy’umwaka wa 2022.
Ishirahamwe ryaheruka kuvuka ryahagaritswe ryagirizwa kuhonyanga imico n-imigenzo vy-abarundi.
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca gatatu)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca kabiri)
Ibintu bidasanzwe wokorera umukunzi wawe bikamwereka ko umukunda vyukuri (Igice ca mbere )