Umucungaji umwe yariko arigisha kwikanisa hanyuma acabona umugore umwe ariko ararira, nuko uwo mujungaji niho yibajije mumutima yuko ubutumwa ariko aravuga ko aribwo butumye arira cane nuko aca arabandanya yongeza amajambo menshi mukwigisha.
Arangije kwigisha yaciye ahamagara uwo mugore hanyuma aramubaza ikintu caba kimubujije amahoro, uwo mugore namarira menshi cane yaramwishuye ati : ”
Kuvyukuri burigihe iyo mbonye ivyo vyanwa vyawe nca ndibuka impene yanje bivye bityo bica bituma ndonka umubabaro urengeje ”
<< Pastor mmoja alikuwa akihubiri kanisani, mara akamuona mama mmoja akilia kwa uchungu sana. Pastor akajua yule mama amechomwa na mahubiriyake, akazidi kuongeza dozi yamaneno. Baada ya mahubiri pastor akamuita yule mama na kumuuliza nini kinacho kuhuzunisha. Huku akiendelea kulia akasema,"Yaani mchungaji kilanikiona hizo ndevu zako namkumbuka mbuzi wangu beberu aliyeibiwa...na pata uchungu mno mpaka naishia kulia. >>
Ino nkuru mugiswahili yanditswe na YOUNG PDK, umurundi aba muri Houston Texas