Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsSoma ino nkuru ishushe '' Bafatiwe mubitaro ( Hospital ) bariko barasambanira...

Soma ino nkuru ishushe ” Bafatiwe mubitaro ( Hospital ) bariko barasambanira musi yigitanda

Mu bitaro bimwe biherereye i Lagos mu murwa mukuru wa Nigeria, abarwayi babiri (umusore n’inkumi) bafashwe bariko barasambanira munsi y’igitanda.

Amakuru yatangajwe nikinyamakuru co muri Nigerian, avuga ko aba barwayi bahawe ibitaro kuko bari barwaye indwara zitabemerera gutaha mu rugo.

Nyuma y’igihe gito bari bakundanye, nuko ubwo bari batanguye gutora agatege ariko batarasezererwa bahita bihisha munsi y’igitanda mu gihe bari bizeye ko ntawe uza ubabona.

Ubwo bari bibereye mu vyabo ” ibintu vyarenze ” bagiye kuvundururwa n’abarwaza. Abasobanura uko vyagenze bavuga ko aba barwayi bakundaniye ahantu habi no mu gihe kibi maze kwihangana bikabananira buriwese agahitamwo gufasha uwundi gukemura ikibazo afite.

Tugeze mugihe canyuma pe ” Abasenga bakwiye kwama bibuka gusengera isi yose kuko ibikorwa bikorwa nabikigihe bisumba ivya sodomu na gomora.

Must Read