NEWS

Soma hano rino tangazo ryihuta !

on

Itangazo ryihuta : UBM News (www.ubmnews.com) turarondera umumenyeshamakuru wo kwandika amakuru ajanye na Politike hamwe n’amakuru avugwa hirya nohino kwisi ( International news ) , nimba uri mubipfuza akazi ko kwandika amakuru, ushobora kutwandikira kuri WhatsApp +1(469)-254-3433 canke kuri Email: info@ubmnews.com

Ibisabwa ( requirement)

a) Utegerezwa kuba uri mu Burundi

b) utegerezwa kuba wararangije amashure yisumbuye.

c) utegerezwa kuba uzi gukoresha computer ( IT ) ” Information technology

d) utegerezwa kuba uri Umumenyeshamakuru canke warize ivyerekeye Itangazamakuru.

Nimba wujuje ivyo vyose bisabwa kandi ukaba wipfuza kwifatanya n’abandi bamenyeshamakuru bakora kuri UBM News, ntutebe kutwandikira canke kuduhamagara.