Monday, May 29, 2023
HomeNewsSivyimbeshere aba bakobwa uburyo batambamwo biratangaje : Raba hano amafoto

Sivyimbeshere aba bakobwa uburyo batambamwo biratangaje : Raba hano amafoto

Mu gihugu ca Tanzania ni ahantu hakunze kurangwa utuntu tudasanzwe dukorwa n’abakobwa, benshi mu bakobwa ndetse n’abadamu bakunze gutamba mu buryo butangaje aho usanga bavyina bashinze amavi ikibuno bagitereye hejuru ndetse bambaye n’uduhuzu tworoshe, ibi rero ngo bikaba bikurura abagabo benshi baba baje kwihera ijisho ku mivyinire y’aba bakobwa.

Ese wewe zino ntambo z’abakobwa bikigihe uzivugakwiki ?

Must Read