NEWS

Sat-B yishuye Fabilove na Emery sun abicishije mu gahogo

By

on

Umuririmvyi w’umurundi Sat b yishuye abaririmvyi bagenzi we fabilove na Emery sun abicshije mu gahogo

Nyuma yaho fabilove na Emery Sun basohoreye indirimbo bise Magonde,indirimbo yacoza nabi umutambukanyi wa sat b,sat b nawe niyatevye yabishuye abicishije mu gahogo aho yasohoye indirimbo yitwa Show Time

yumvirize hano: