NEWS

Sat B yamenyesheje umunsi azoshikirako i Bujumbura

on

Nyuma yo guta ivyangombwa vyari gutuma umuririmvyi sat b ashika uno munsi ku kibuga c’ indege ca bujumbura,umuririmvyi sat b vyamaze kumenyekana ko azoshika ku kibuga c’ indege kuri uyu wa kane igenekerezo rya 29 ku munsi wa kane

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa facebook,Sat-b akaba yanditse ati:
À 14H 05 nzoba Ndi kubahobera……

Mwese ababishoboye ndabatumiye kuri airport internationale de bujumbura
Muze nkuko vyamye twambaye neza abashusha rugamba namwe murushushe

Satb satura.

Yeees Its Time !!!!!
Tworangiza tubamenyesha ko Sat b azoba mu giteramo c’igenekerezo rya 31/12/2016