NEWS

Sat-B mu giteramo kuri lacoste kuri uyu wa gatandatu

By

on

Nyuma yo gushika Ku butaka bw’ uburundi umuririmvyi sat b agiye gushira ahabona urukurikirane rwiwe yise Iwacu kuri uyu Wa gatandatu igenekerezo rya 31/12/2016 ahitwa kuri lacoste beach

Ni kuri uyu Wa gatandatu kuva isaha icenda ,aho hazoba hariho abaririmvyi bandi nka: b face,magic Kingorongoro,happy Famba,Masterland n’ abandi.

Tworangiza tubamenyesha ko muri ICO giteramo co gushira ahabona urukurikirane rwiwe yise Iwacu kwinjira ari 2000fbu n’ ibihumbi 5000