NEWS

Saido Ntibazonkiza ngo ntazopfa yibagiye urukino rwabahuje n’urwanda.

on

Umukinyi w’umurundi Saido Ntibazonkiza yamenyesheje ko mu nkino zose amaze gukinira umugwi nserukira gihugu w’uburundi Intamba mu rugamba;urukino atazopfa yaribagiye kwari urukino rwabahuje n’urwanda hari kuri Stade Prince Louis Rwagasore.
side
Saido ati:urukino rwaduhuje n’urwanda n’urukino ntazopfa ntibagiye kuko nurukino nakomerekeyemwo kujisho gushikaho bambaga.

Saido Ntibazonkiza akaba ari umukinyi w’umurundi ariko muri kino gihe akaba ata mugwi afise.