NEWS

Rwasa-Léonce-Ngayimpenda: Ingabisho be n’Ivyinyegeje Inyuma y’Ihinyanyurwa Ry’ibwirizwa shingiro.

on

Umushingamateka Agathon Rwasa, Léonce Ngendakumana yahoze ari umukuru w’Inama nshingamateka na Evariste Ngayimpenda basohoye urwandiko aho bavuga ibitari bike bikwiye kumenywa ku mugambi wo guhinyanyura ibwirizwa shingiro. Abo batatu bakaba batanga ingabisho kuri ONU, Ubumwe bwa Afrika na EAC ko “umugambi wo guhinyanyura ibwirizwa shingiro ari igishobora guhungabanya amahoro n’umutekano vy’Uburundi”.

Ku bwa Rwasa, Léonce na Ngayimpenda, “ibwirizwa shingito rishahsha rizotuma umukuru w’igihugu c’Uburundi atwara nk’umwami”(Pouvoir absolu), mu gukuramwo abahoze ari abakuru b’ibihugu ngo ntibabe abakenguzamateka ubuzima bwabo bwose, kubera ko Petero Nkurunziza atinya ko abo b’inzobere muri politike bomubera intambamyi bagumye ari abashingamateka ubuzima bwose’.

Mw’ibwirizwa shingiro kandi rishasha, harategekanywa kugabanywa igitigiri c’Abashingamateka bemeza ingingo yinaka ko irengana canke ntirengane. Ariko ku bwa Rwasa, Léonce na Ngayimpenda, uko ‘kugabanya ico gitigiri bizotuma abashingamateka n’abakenguzamakteka ba CNDD-FDD baba aribo gusa bahitiramwo Abarundi bose hatarinzwe kubaza iyindi migambweya plitike mu Burundi‘.

Ibwirizwa shingiro rishasha rije rikuraho ibiringo vy’umukuru w’igihugu, vyabayeho mu Burundi kuva mu 1992, maze bikaza bituma Uburundi buba ryo kirimbiro ry’inkozi z’ibibi mw’isi nzima”, niko Léonce, Rwasa na Ngayimpenda bamenyesha muri urwo rwandiko.

Rwasa Ngayimpenda na Léonce bakaba kandi bamenyesha ko ugukurwaho kw’icegera ca Mbere c’umukuru w’igihugu yaserukira ubwoko bw’Abatutsi bisobanura ko mu ntwaro ya leta y’Uburundi, ‘abatutsi batazosubira guserukirwa n’umuntu n’umwe‘.

Abo bagabo batatu bamenyesheje kandi ko “umugambi wo gushiraho ibwirzwa shingiro rishasha ari ugufuta burundu icitwa ngo ni abatavuga rumwe na Leta mu Burundi, nk’uko vyashikirijwe mu 2014 kw’Iradiyo Nkuru y’igihugu, biciye neza na neza ku guhamba amasezerano y’i Arusha”.

Vyinshi ushobora kubisoma muri zino nyandiko bashize ahabona:

Recommended for you

8 Comments

  1. click

    July 15, 2019 at 12:03 am

    I just want to say I am all new to blogging and truly liked your web blog. Most likely I’m going to bookmark your blog . You actually come with awesome well written articles. Thanks a lot for sharing your blog site.

  2. John Deere Diagnostic and Test Manuals

    July 17, 2019 at 5:15 am

    Can I simply say exactly what a relief to discover somebody who truly knows what theyre speaking about over the internet. You definitely learn how to bring a difficulty to light and work out it critical. The diet should see this and can see this side of your story. I cant believe youre less well-liked since you absolutely provide the gift.

  3. baker rack assembly service

    July 17, 2019 at 9:29 pm

    I’ve been absent for a while, but now I remember why I used to love this site. Thank you, I¡¦ll try and check back more often. How frequently you update your site?

  4. Best Porno escorts

    July 17, 2019 at 10:19 pm

    I relish, cause I found exactly what I used to be having a look for. You have ended my four day lengthy hunt! God Bless you man. Have a nice day. Bye

  5. One important issue is that if you find yourself searching for a student loan you may find that you will want a co-signer. There are many situations where this is true because you should find that you do not employ a past credit history so the loan provider will require you have someone cosign the loan for you. Good post.

  6. Furniture assembly service

    July 18, 2019 at 8:35 am

    It is actually a great and helpful piece of info. I am glad that you simply shared this helpful information with us. Please keep us informed like this. Thank you for sharing.

  7. Costco playset installation

    July 18, 2019 at 9:11 am

    As a Newbie, I am permanently exploring online for articles that can help me. Thank you

  8. Office movers

    July 18, 2019 at 4:24 pm

    I have realized some significant things through your blog post post. One other subject I would like to state is that there are lots of games in the marketplace designed in particular for toddler age small children. They include pattern identification, colors, pets, and forms. These generally focus on familiarization as opposed to memorization. This keeps a child occupied without sensing like they are studying. Thanks

Leave a Reply

Your email address will not be published.