NEWS

Rwasa Agathon Ashobora guserukira Abatavuga rumwe na Leta bose mu matora ya 2020.

on

Mu migambwe y’abatavuga rumwe na Leta y’Uburundi, ikibazo co kwitegurira amatora ya 2020 kiriko cigwako cane. Ku makuru amaze kuja ahabona, biravugwa cane ko abatavuga rumwe na Leta bashobora kuja hamwe maze bagatanga umukandida umwe abaserukira mu matora ya 2020. Uwuhabwa amahirwe cane akaba ari umushingamateka Rwasa Agathon.

Ariko rero, nk’uko isoko ry’iyi nkuru ribishira ahabona, biragaragara cane ko uguhuriza ku gutanga umukandida umwe bikirimwo inzitizi zinaka. Agathon Rwasa n’urunani rwiwe Amizero y’Abarundi ubu hari ingorane yo kutemerwa kw’urwo runani mu Burundi. Rero Rwasa ashobora kuja mu matora ta 2020 yigenga canke akifatanya n’urunani rwiyindi migambwe.

Ahisemwo kugenda mu matora ya 2020 wenyene, Agathon Rwasa ashobora guhura n’ikibazo co kubura abashingamateka ku ruhande rwiwe kubera urunani rwiwe rutacemewe.Aho gusa yosigara yizera gusa ugushigikirwa n’abanywanyi biwe iyo bava bakagera.

Ku kibazo c’uko yoserukira iyindi migambwe y’abatavuga rumwe na Leta,nahonyene intamabamyi zirahari. Biravugwa cane ko Rwasa Agatho ariko akora ibiganiro n’uumugambwe SAHWANYA FRODEBU kugira abanywanyi bose ba FRODEBU bazorore RWASA, ariko rero bamwe muri FRODEBU bakaba badashigikiye iyo ngigo, ahubwo ko basaba Rwasa Agathon ko yobanza kwamabara umwambaro wa FRODEBU, ni kuvuga ko yobanza kwinjira muri FRODEBU ku mugaragaro.

Abatavuga rumwe na leta bari mu gihugu( Opposition interne) bakaba bavuga cane ibijanye no gutanaga umukandida umwe mu matora ya 2020. Bakaba bamenyesha ko mu gihe Petero Nkurunziza atoba yitoje, umugambwe CNDD-FDD utoronka umukandida yizewe cane nka we ashobora gutsinda abatavuga rumwe na leta bagiye hamwe. N’umugambwe UPRONA ukaba wemeranya n’ico ciyumviro c’abatavuga rumwe na leta, ariko ukamenysha ko uwoserukira abatavuga rumwe na leta yova mu matora azokwerekana cane umugambwe ufise abashingamateka benshi mu Nama Nshingamateka.

Iyindi ngorane ihari mu batavuga rumwe na leta y’Uburundi ni uko hoba ukuja hamwe n’abahoze bari muri CNDD-FDD(Frondeurs) n’abo muri MSD basanzwe bari hanze y’igihugu.

Mu gihe kandi abatavuga rumwe na Leta bahurikiye mu runani CNARED bokwumvikana n’abatavuga rumwe na leta bari mu Burundi mu gutanga umukandida umwe mu matora ya 2020, biragarara cane ko CNDD-FDD ishobora kudatsinda ayo matora ya 2020.

Recommended for you

8 Comments

  1. how to get help in windows 10

    May 30, 2019 at 1:23 pm

    Thank you for sharing your thoughts. I truly appreciate your efforts and I
    am waiting for your further write ups thank you once again.

  2. gamefly free trial

    June 1, 2019 at 3:34 am

    Appreciate this post. Will try it out.

  3. gamefly free trial

    June 3, 2019 at 9:22 am

    I’m very happy to find this page. I wanted to thank you
    for ones time due to this fantastic read!! I definitely savored
    every little bit of it and I have you book-marked to
    look at new information on your website.

  4. gamefly free trial

    June 5, 2019 at 12:37 am

    Unquestionably believe that which you stated. Your favorite justification seemed to be on the internet the easiest thing to be aware of.
    I say to you, I definitely get irked while people think about
    worries that they plainly don’t know about. You managed to hit the nail upon the top and also defined out the whole thing without having side effect , people can take a signal.
    Will likely be back to get more. Thanks

  5. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 3:52 pm

    Hi there, I discovered your blog by way of Google even as searching for a similar topic, your web site
    got here up, it seems to be good. I have bookmarked it
    in my google bookmarks.
    Hello there, simply turned into aware of your weblog thru
    Google, and found that it’s really informative. I am
    going to watch out for brussels. I will appreciate for those who continue this in future.
    A lot of other people might be benefited from your writing.
    Cheers!

  6. gamefly free trial

    June 6, 2019 at 10:58 pm

    Hmm is anyone else having problems with the pictures on this blog
    loading? I’m trying to find out if its a problem on my end or if it’s the blog.

    Any suggestions would be greatly appreciated.

  7. gamefly free trial 2019 coupon

    June 10, 2019 at 10:07 am

    hey there and thank you for your information – I’ve certainly picked up anything
    new from right here. I did however expertise some technical issues using this
    site, as I experienced to reload the web site many times previous
    to I could get it to load properly. I had been wondering if your
    web host is OK? Not that I am complaining, but sluggish loading instances times will very frequently affect your placement in google
    and could damage your high-quality score if ads and marketing with Adwords.

    Well I am adding this RSS to my email and can look out for a lot more
    of your respective interesting content. Make sure you update this again soon.

  8. playstation 4 best games ever made 2019

    June 12, 2019 at 4:14 am

    What’s up it’s me, I am also visiting this web page daily,
    this website is really fastidious and the people are truly
    sharing nice thoughts.

Leave a Reply

Your email address will not be published.