Mon. Jan 27th, 2020

ONU na UA biboneka ko aribo bariko barafasha ngo Nkurunziza ubwicanyi

Rose hakizimana umukenyezi ubu ari mu buhungiro kubera we avuga ko yahunze atinya kwicwa n’ubutegetsi bwa Nkurunziza, aremeza ko amashirahamwe ya ONU na UA aribo bariko barafasha ngumukuru w’igihugu ubwicanyi buriko buraba mu Burundi.

hakizimana

Ukutarungika inteko zoza gukingira abanyagihugu bariko baricwa n’ubutegetsi naco kirerekana ko ngo bafatanije ico gikorwa.

Ivyo hamwe n’ibindi bitari bike biri muri aya majwi yiwe aha musi.