Nimba utarabona indirimbo nsha ya Daddy Face ikomejwe gukundwa n’abantu benshi yirabe hano ! UBM News turashima intambwe uno muririnvyi w’umurundi aba hano muri Leta zunze ubumwe za America agezeko.

© Copyright by UBM News '' Theme designed by Eric Nyandwi