Tuesday, May 30, 2023
HomeNewsRANAC isaba Leta y-uburundi kwubahiriza agateka ka zina muntu kugira ikurweko...

RANAC isaba Leta y-uburundi kwubahiriza agateka ka zina muntu kugira ikurweko ibihano vy-ubumwe bwa buraya.

Umugambwe RANAC uvuga ko kubona ibihano vyari vyafatiwe  uburundi n-ubumwe bwa buraya guhera mu mwaka w-2015 vyagumijweho,biza kwerekana ko habaye kuyaga amasigara cicaro  mu biganiro uwo muryango warumazemwo imisi ugirana na Leta y-uburundi.تويتر \ Ikiriho على تويتر: "FLASH 🔴 "Nous ne participerons pas au  #Referendum2018 car c'est une affaire du @BurundiGov. Et en plus, on n'a  pas la version finale de la nouvelle Constitution

Mu kiganiro yagiranye n-abagenzi bacu bo kuri Radiyo RSF BONESHA FM,  Aloys BARICAKO arongoye uwo mugambwe, asaba Leta y-uburundi kwongereza inguvu mu kwubahiriza agateka ka zina muntu .

Tubamenyeshe ko Umuryango w-ubumwe bwa buraya uheruka gutangaza ko ibihano wafatiye uburundi na bamwe mu bategetsi guhera mu mwaka w-2015 bigiye kubandanya gushika mu mwaka uza kuwa 31 Gitugutu 2022.

 

Must Read