Sunday, February 5, 2023
HomeNewsRaba Video yaba Barundi ukuntu iryoshe cane '' Uwonakunze (Official Video) 2013

Raba Video yaba Barundi ukuntu iryoshe cane ” Uwonakunze (Official Video) 2013

Iyi ni Video yabaririnvyi bagize umugwi ” Rize K na T man bakaba baba muri richmond virginia ” Sivyimbeshere ino Video iratomoye gose kandi amakuru menshi ajanye naba baririnvyi tukaba tuzayabazanira mumisi irimbere ” enjoy the song guys ”

Must Read

EAC:Inama y’abakuru b’ibihugu yakoraniye I Bujumbura ku kibazo c’umutekano muke uri...

0
Kuri uyu wa gatandatu, ku murwa mukuru w’ubutunzi i Bujumbura hakoraniye inama igira 20 y’abakuru b’ibihugu bigize umuryango wa Afrika y’ubuseruko kugira bigire hamwe...