Monday, January 30, 2023
HomeNewsRaba Video ya Agathon Rwasa ukuntu yakiriwe nka Obama mu Burundi

Raba Video ya Agathon Rwasa ukuntu yakiriwe nka Obama mu Burundi

Umukuru wa FNL agathon Rwasa uku niko yakiriwe mugihugu c’uburundi ” wari umunezero udasanzwe ku banyagihugu benshi cane ! Hamwe igihugu kirongowe nabantu bameze nkuku kwa Rwasa ndabona igihugu coteye imbere kikamenyekana hose !

Must Read

Urwanda rumenyesha ko umwansi umwe rudende rufise mu karere ari Congo...

0
Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’urwanda yemeje ko muri aka karere ,igihugu c’urwanda gifise umwansi umwe rudende ari we Republika iharanira Intwaro rusangi ya Congo....