Thursday, June 8, 2023
HomeNewsRaba ino video nshasha ya Rose Muhando '' WOLOLO '' utayibonye...

Raba ino video nshasha ya Rose Muhando ” WOLOLO ” utayibonye uza kuba uhonvye !

Nkuko musanzwe mubizi, Rose muhando ntatomboza mu ndirimbo ziwe kuko burigihe iyo asohoye yama asohora indirimbo zimeze neza gusa ” Raba hano musi ino Video y’indirimbo yiwe nshasha yahaye izina rya ” Wololo ”

wololo by rose muhando
[KGVID poster=”http://ubmnews.com/videos/wp-content/uploads/2013/12/wololo-by-rose-muhando-new-song-20131.jpg” width=”595″ height=”360″]http://ubmnews.com/Amavideo%20Yose%20ya%20UBMNews/wololo%20by%20Rosa%20Muhando%20New%20Song%202013.mp4[/KGVID]

Ese wewe ino Video uyibona gute ? gira ico uterereye ” Comment ”

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...