Tuesday, May 30, 2023
HomeNews Raba hano ukuntu uwahora ari Perezida wa Zambia '' Michael Sata''yashinguwe...

Raba hano ukuntu uwahora ari Perezida wa Zambia ” Michael Sata”yashinguwe mu cubahiro ntangere.

Kuri uyu wa kabiri uheze, itariki ya 11 ( Nov 11, 2014 ) niho habaye igikorwa co gushingura uwahoze ari perezida wa Zambia, Michael Sata aho yitavye Imana kwitariki ya 28 ( October 28, 2014 ) , abategetsi batandukanye bari bashoboye kuhashika ndetse nkuko biboneka akaba yarashinguwe mu cubahiro ntangere.

Raba hano amafoto yose y’ukuntu vyagenze.


Perezida winfatakibanza wa Zambia, Guy Scott aje guherekeza nyakwigendera Micheal Sata


Uyu ni Perezida Robert Mugabe nawe yari yahashitse


Nyakubahwa umukuru wigihugu wa Kenya, ( Uhuru Kenyatta ) nawe yari yaje gusezera ubwanyuma ” Michael Sata.

Must Read