Thursday, June 8, 2023
HomeNewsRaba hano uko Video y'indirimbo ya '' Mwiza wanje '' iriko...

Raba hano uko Video y’indirimbo ya ” Mwiza wanje ” iriko irategurwa na Mt Number One

Umuririmvyi ”Mt Number One ”Nyuma yo gushira ifoto kubuhinga nkoranyabuhanga, abantu benshi bakomeje kuyibazaho vyinshi ndetse banipfuza kumenya uko vyoba bimeze hagati ya Mt Number One hamwe nuno mukobwa mubona bari kumwe.

mwana mwiza by Mt Number one

Mukiganiro yahaye umunyamakuru wa UBM News ”, Mt number One yavuze yuko ino pica ko abantu batoyibazaho vyinshi bitandukanye ariko ngo hari Video nshasha yimirije gusohoka bityo ngo arya namwe mu masanamu” Clip ” azogarahara muri Video yiwe nshasha ya ” Mwiza wanje

Mt Number one yagize ati : Irya n’Indirimbo mwiza wanje clip Video yayo bityo mumisi iri imbere igiye kuja ahagaragara ubwo rero abantu bayitege nko mundwi 3.

Must Read

Perezida wa Kenya William Ruto asaba bagenzi we ba Afrika gutera...

0
Umukuru w’igihugu ca Kenya William Ruto asaba bagenzi we bo ku mugabane wa Afrika gutera intambwe ikomeye igana mu bijanye no guheba gukoresha idorare...