NEWS

Q Boy yasubiyemwo indirimbo yiwe mu gacerere arikumwe na Rayvan na Shetta

By

on

Umuririmvyi w’umurundi Q boy yashize ahabona amasanamu y’indirimbo mu gacerere aho iyo ndirimbo yayisubiyemwo arikumwe na Rayvan na Shetta bose bo mu gihugu ca Tanzania
q-boy
Yirabe hano:

Tubibutse gusa yuko indirimbo ya mbere yari yakoze Q boy na Sat-B