NEWS

Prince atlas da african abandanya ateza umuziki imbere wo muri aka karere

By

on

rince atlas da african n’ umwe mubantu bazwi cane mu gihugu c’ ubuganda no muri kano karere ka Afrika y’ ubuseruko ndetse no kw’ isi yose aho azwi cane muguteza imbere unuziki ndetse n’ abaririmvyi

Ikiganiro cacu ubmnews kikaba carifuje kumenya vyinshi kuri uyo mugabo no kumenya imigambi yiwe ya kazoza ariko tukaba twaramukenye,ariko tukaba tubemereye ko tugiye kumubarondera muri ino minsi ya vuba

Tworangiza tubamenyesha ko Prince amaze gukorana n’ abaririmvyi benshi bo muri kano karere k’afrika y’ ubuseruko nka: Diamond,Chameleone n’ abandi benshi