NEWS

Pasteur Modeste yamenyesheje ko Uburundi buza gutsinda Guinée

By

on

Inyuma yaho pateur Modeste afatiwe akirukanwa m’Uburundi mu gihe yari yavuze ko Intamba mu Rugamba zitamuhaye amafaranga zitazokina inkino zanyuma za CAN 2019 kandi atarukino narumwe bazotsinda, ubu naho yamenyesheje ko r’uyu w’Imana.

Pasteur Modeste aramenyesha ko hari abakinyi bashika batatu batashitse muri CAN kandi ko atarukino narumwe baratsinda. Kur’ubuga rwiwe facebook arashimira abakinyi bamwe bamwe baganiriye nka Saido Berahino na Fiston Abdoul Razak.

Kur’ubwo rero ngo arasaba ko yosubizwa mu gihugu ciwe c’amavukiro agasubizwa igitabo c’inzira hamwe n’iyugururwa ry’ishengero ryiwe. Ariko aramenyesha ko ivyo avuga atariwe avyigirira. Ubwo buvugushwa mubugako iki ?

Recommended for you